1 Samweli 18:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Dawidi atangura kuza araja ku rugamba. Aho Sawuli yamutuma hose vyamugendera neza*+. Sawuli aca amugira intwazangabo+ kandi ivyo bihimbara abantu bose n’abasuku ba Sawuli.
5 Dawidi atangura kuza araja ku rugamba. Aho Sawuli yamutuma hose vyamugendera neza*+. Sawuli aca amugira intwazangabo+ kandi ivyo bihimbara abantu bose n’abasuku ba Sawuli.