6 Igihe Dawidi n’abandi basoda baba bavuye kurwana n’Abafilisitiya bakabatsinda, abagore barava mu bisagara vyose vyo muri Isirayeli bakaza gusanganira umwami Sawuli. Baza bararirimba+, batamba, bavuza utugoma+ n’ibicurarangisho vy’imirya itatu, baryohewe.