1 Samweli 18:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Sawuli yumvise iyo ndirimbo imugwa nabi, arashavura cane+. Yibwira ati: «Bavuze ngo Dawidi yishe ibihumbi mirongo, nanje ngo ibihumbi gusa. Hasigaye ko bamuha ubwami+!»
8 Sawuli yumvise iyo ndirimbo imugwa nabi, arashavura cane+. Yibwira ati: «Bavuze ngo Dawidi yishe ibihumbi mirongo, nanje ngo ibihumbi gusa. Hasigaye ko bamuha ubwami+!»