17 Mu nyuma Sawuli abwira Dawidi ati: «Ng’uyu Merabu+ umukobwa wanje mukuru. Nzomuguha abe umugore wawe+. Kimwe gusa, ugume unkorera n’umutima rugabo, urwane intambara za Yehova+.» Aho rero Sawuli yibwira ati: «Ntabe ari jewe ndamwica, azokwicwe n’Abafilisitiya+.»