1 Samweli 18:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Umukobwa wa Sawuli yitwa Mikali+ yarakunda cane Dawidi. Sawuli abimenye biramunezera.