1 Samweli 18:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Hanyuma Sawuli ategeka abasuku biwe ati: «Genda mubwire Dawidi mu mpisho muti: “Harya umwami aragukunda, n’abasuku biwe bose baragukunda. Niwemere rero umubere umukwe*.”»
22 Hanyuma Sawuli ategeka abasuku biwe ati: «Genda mubwire Dawidi mu mpisho muti: “Harya umwami aragukunda, n’abasuku biwe bose baragukunda. Niwemere rero umubere umukwe*.”»