1 Samweli 18:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Sawuli aca avuga ati: «Genda mubwire Dawidi muti: “Umwami nta nkwano agusavye+, ahubwo ico ashaka ni udushato* 100 tw’Abafilisitiya+, kugira yihore abansi biwe.”» Aho hose Sawuli yashaka ko Dawidi yicwa n’Abafilisitiya.
25 Sawuli aca avuga ati: «Genda mubwire Dawidi muti: “Umwami nta nkwano agusavye+, ahubwo ico ashaka ni udushato* 100 tw’Abafilisitiya+, kugira yihore abansi biwe.”» Aho hose Sawuli yashaka ko Dawidi yicwa n’Abafilisitiya.