1 Samweli 18:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Sawuli araheza atahura ko Yehova yari kumwe na Dawidi+ kandi ko umukobwa wiwe Mikali yakunda cane Dawidi+.
28 Sawuli araheza atahura ko Yehova yari kumwe na Dawidi+ kandi ko umukobwa wiwe Mikali yakunda cane Dawidi+.