1 Samweli 19:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Nzojana na dawe gutembera hafi y’aho uzoba uri, nyage na we ibikwerekeye. Nihagira ico menya sinzobura kubikubwira+.»
3 Nzojana na dawe gutembera hafi y’aho uzoba uri, nyage na we ibikwerekeye. Nihagira ico menya sinzobura kubikubwira+.»