1 Samweli 19:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Maze Mikali afata ikigirwamana c’umuryango* agishira ku buriri. Ku mutwe na ho ahashira agahuzu kajishe mu bwoya bw’impene, araheza agipfuka impuzu. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 19:13 Umunara w’Inderetsi,1/6/2004, rup. 29
13 Maze Mikali afata ikigirwamana c’umuryango* agishira ku buriri. Ku mutwe na ho ahashira agahuzu kajishe mu bwoya bw’impene, araheza agipfuka impuzu.