1 Samweli 19:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Sawuli aca asubira kurungika izo ntumwa kwa Dawidi, azibwira ati: «Nimumuterurane n’uburiri, mumunzanire kugira ngo yicwe+.»
15 Sawuli aca asubira kurungika izo ntumwa kwa Dawidi, azibwira ati: «Nimumuterurane n’uburiri, mumunzanire kugira ngo yicwe+.»