1 Samweli 19:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 Nya ntumwa zihashitse zisanga ku buriri hari ca kigirwamana c’umuryango*, ku mutwe hari agahuzu kajishe mu bwoya bw’impene.
16 Nya ntumwa zihashitse zisanga ku buriri hari ca kigirwamana c’umuryango*, ku mutwe hari agahuzu kajishe mu bwoya bw’impene.