1 Samweli 19:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Sawuli aca abwira Mikali ati: «Kubera iki wampenze gutyo, ukareka umwansi wanje+ agahunga?» Mikali amwishura ati: «Yambwiye ngo aranyica nintamureka ngo agende.»
17 Sawuli aca abwira Mikali ati: «Kubera iki wampenze gutyo, ukareka umwansi wanje+ agahunga?» Mikali amwishura ati: «Yambwiye ngo aranyica nintamureka ngo agende.»