1 Samweli 19:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Na we nyene yambura impuzu yigenza nk’umuhanuzi imbere ya Samweli nk’abandi bose. Aguma ng’aho umurango wose n’ijoro ryose yambaye ubusa*. Ni co gituma bavuga ngo: «Sawuli yakabaye na we nyene ari umuhanuzi+?»
24 Na we nyene yambura impuzu yigenza nk’umuhanuzi imbere ya Samweli nk’abandi bose. Aguma ng’aho umurango wose n’ijoro ryose yambaye ubusa*. Ni co gituma bavuga ngo: «Sawuli yakabaye na we nyene ari umuhanuzi+?»