1 Samweli 20:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Yonatani amwishura ati: «Ivyo ntibishoboka+! Ntuzopfa. Nta kintu na kimwe dawe azokora atabanje kukimbwira, caba gito canke igihambaye. None dawe yobimpishira iki? Ivyo ntibizoba.»
2 Yonatani amwishura ati: «Ivyo ntibishoboka+! Ntuzopfa. Nta kintu na kimwe dawe azokora atabanje kukimbwira, caba gito canke igihambaye. None dawe yobimpishira iki? Ivyo ntibizoba.»