1 Samweli 20:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Dawidi amwishura ati: «Kubera ko ejo hari umusi mukuru w’imboneko y’ukwezi+, ndazi neza ko umwami yiteze ko tuzofungurira hamwe ku meza. Nyemerera rero nje kwinyegeza hanze y’igisagara gushika hirya y’ejo* ku mugoroba.
5 Dawidi amwishura ati: «Kubera ko ejo hari umusi mukuru w’imboneko y’ukwezi+, ndazi neza ko umwami yiteze ko tuzofungurira hamwe ku meza. Nyemerera rero nje kwinyegeza hanze y’igisagara gushika hirya y’ejo* ku mugoroba.