1 Samweli 20:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Mugabo nimba dawe yipfuza kukugirira nabi, Yehova aze abimpanire bimwe bikomeye, nintabikumenyesha kugira wigire amahoro. Yehova aze abane nawe+, nk’uko nyene yabanye na dawe+.
13 Mugabo nimba dawe yipfuza kukugirira nabi, Yehova aze abimpanire bimwe bikomeye, nintabikumenyesha kugira wigire amahoro. Yehova aze abane nawe+, nk’uko nyene yabanye na dawe+.