1 Samweli 20:34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 34 Ubwo nyene Yonatani ava ku meza yaratse. Kuri uwo musi ugira kabiri*, ntiyarya ikintu na kimwe kubera yari ababajwe na Dawidi+ kandi se akaba yari yamumaramaje.
34 Ubwo nyene Yonatani ava ku meza yaratse. Kuri uwo musi ugira kabiri*, ntiyarya ikintu na kimwe kubera yari ababajwe na Dawidi+ kandi se akaba yari yamumaramaje.