-
1 Samweli 21:2Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
2 Dawidi yishura umuherezi Ahimeleki ati: «Hari ikintu umwami yansavye gukora, mugabo ambwira ati: “Ntihagire n’umwe amenya iyo ndagutumye n’ico ndagutumye gukora.” Ariko navuganye n’abagabo turi kumwe aho tuza guhurira.
-