1 Samweli 21:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Hari umusuku wa Sawuli yari ng’aho kuri uwo musi. Vyari vyabaye ngombwa ko aguma imbere ya Yehova*. Yari Umunyedomu+ yitwa Dowegi+, akaba yari umukuru w’abungere ba Sawuli.
7 Hari umusuku wa Sawuli yari ng’aho kuri uwo musi. Vyari vyabaye ngombwa ko aguma imbere ya Yehova*. Yari Umunyedomu+ yitwa Dowegi+, akaba yari umukuru w’abungere ba Sawuli.