-
1 Samweli 21:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Dawidi aca abaza Ahimeleki ati: «Hari icumu canke inkota woba ufise? Naje ntitwaje inkota yanje canke ibirwanisho, kubera ko igikorwa umwami yantumye cari cihuta.»
-