1 Samweli 22:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Sawuli amubwira ati: «Kubera iki wewe na mwene Yese mwagiye inama yo kundwanya? Kubera iki wamuhaye ibifungurwa* n’inkota, ukanamuhanuriza Imana, kandi ariko arandwanya arondera n’ingene yongirira nabi?»
13 Sawuli amubwira ati: «Kubera iki wewe na mwene Yese mwagiye inama yo kundwanya? Kubera iki wamuhaye ibifungurwa* n’inkota, ukanamuhanuriza Imana, kandi ariko arandwanya arondera n’ingene yongirira nabi?»