1 Samweli 23:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Mu nyuma babwira Sawuli ko Dawidi ari i Keyila. Maze Sawuli avuga ati: «Imana iramumpaye*+, kuko yitaye mu mutego mu kuja mu gisagara gifise amarembo n’ivyugazo.»
7 Mu nyuma babwira Sawuli ko Dawidi ari i Keyila. Maze Sawuli avuga ati: «Imana iramumpaye*+, kuko yitaye mu mutego mu kuja mu gisagara gifise amarembo n’ivyugazo.»