1 Samweli 23:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Dawidi aca avuga ati: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, jewe umusavyi wawe namenye neza ko Sawuli agomba aze guhonya igisagara ca Keyila kubera jewe+.
10 Dawidi aca avuga ati: «Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, jewe umusavyi wawe namenye neza ko Sawuli agomba aze guhonya igisagara ca Keyila kubera jewe+.