1 Samweli 23:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Dawidi n’abantu biwe nka 600+ baca bava i Keyila baza barimukira mu bibanza bitarimwo akaga. Sawuli amenye yuko Dawidi yavuye i Keyila agahunga, aca areka kuja kumuhiga.
13 Dawidi n’abantu biwe nka 600+ baca bava i Keyila baza barimukira mu bibanza bitarimwo akaga. Sawuli amenye yuko Dawidi yavuye i Keyila agahunga, aca areka kuja kumuhiga.