1 Samweli 23:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Ababa i Zifu baduga i Gibeya+ kwa Sawuli bamubwira bati: «Dawidi yinyegeje hafi y’iwacu+ mu bibanza bigoye gushikamwo i Horeshi+, ku gasozi ka Hakila+ kari mu bumanuko* bwa Yeshimoni*+.
19 Ababa i Zifu baduga i Gibeya+ kwa Sawuli bamubwira bati: «Dawidi yinyegeje hafi y’iwacu+ mu bibanza bigoye gushikamwo i Horeshi+, ku gasozi ka Hakila+ kari mu bumanuko* bwa Yeshimoni*+.