1 Samweli 23:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Sawuli aca azanana n’abantu biwe kumurondera+. Dawidi abimenye, aca amanuka ku rutare+ ruri mu bugaragwa bw’i Mayoni agumayo. Sawuli ngo avyumve, aca aja kumuhiga muri ubwo bugaragwa.
25 Sawuli aca azanana n’abantu biwe kumurondera+. Dawidi abimenye, aca amanuka ku rutare+ ruri mu bugaragwa bw’i Mayoni agumayo. Sawuli ngo avyumve, aca aja kumuhiga muri ubwo bugaragwa.