1 Samweli 24:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugabo Dawidi amaze kubikora, umutima* wiwe uramwagiriza+ kubera yari acacuye agace k’epfo k’impuzu ya Sawuli. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 24:5 Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 18 Umunara w’Inderetsi,15/10/2007, rup. 21-22
5 Mugabo Dawidi amaze kubikora, umutima* wiwe uramwagiriza+ kubera yari acacuye agace k’epfo k’impuzu ya Sawuli.