1 Samweli 24:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Dawidi avuze ivyo, abuza* abantu biwe kugirira nabi Sawuli. Nayo Sawuli ava muri iryo senga, aragenda.
7 Dawidi avuze ivyo, abuza* abantu biwe kugirira nabi Sawuli. Nayo Sawuli ava muri iryo senga, aragenda.