1 Samweli 24:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Dawidi na we araheza ava muri iryo senga, maze ahamagara Sawuli n’ijwi rirenga ati: «Mwami wanje, databuja+!» Sawuli ahindukiye, Dawidi aca aramwunamira, mu maso hiwe hashika hasi.
8 Dawidi na we araheza ava muri iryo senga, maze ahamagara Sawuli n’ijwi rirenga ati: «Mwami wanje, databuja+!» Sawuli ahindukiye, Dawidi aca aramwunamira, mu maso hiwe hashika hasi.