1 Samweli 24:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Ndagusavye rero undahire mw’izina rya Yehova+ yuko ninapfa utazohonya uruvyaro* rwanje be n’uko utazozimanganya izina ryanje mu muryango wa dawe+.»
21 Ndagusavye rero undahire mw’izina rya Yehova+ yuko ninapfa utazohonya uruvyaro* rwanje be n’uko utazozimanganya izina ryanje mu muryango wa dawe+.»