1 Samweli 25:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Hari umugabo umwe w’i Mayoni+ yari afise itunga i Karumeli*+. Yari atunze cane: yari afise intama 3.000 n’impene 1.000. Ico gihe yari i Karumeli kumwa ubwoya bw’intama ziwe. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 25:2 Niwigane, rup. 78 Umunara w’Inderetsi,1/7/2009, rup. 19
2 Hari umugabo umwe w’i Mayoni+ yari afise itunga i Karumeli*+. Yari atunze cane: yari afise intama 3.000 n’impene 1.000. Ico gihe yari i Karumeli kumwa ubwoya bw’intama ziwe.