1 Samweli 25:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Uwo mugabo yitwa Nabali+, umugore wiwe akitwa Abigayili+. Yari umugore mwiza kandi w’ubwenge, ariko umugabo wiwe yari umuntu akaze, w’ingeso mbi+. Yakomoka kuri Kalebu+. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 25:3 Niwigane, rup. 76-77 Umunara w’Inderetsi,1/7/2009, rup. 18
3 Uwo mugabo yitwa Nabali+, umugore wiwe akitwa Abigayili+. Yari umugore mwiza kandi w’ubwenge, ariko umugabo wiwe yari umuntu akaze, w’ingeso mbi+. Yakomoka kuri Kalebu+.