-
1 Samweli 25:20Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
20 Igihe Abigayili yariko aramanuka umusozi ari ku ndogobwa yiwe, Dawidi n’abantu biwe na bo bariko baramanuka bamugana. Mugabo ntibamubona kuko uwo musozi wari umukingiriye. Agize atya ahura na bo.
-