1 Samweli 25:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Dawidi yariko avuga ati: «Naruhiye ubusa mu gukingira ibintu vyose vy’uwo mugabo mu gahinga. Nta kintu na kimwe mu vyiwe catakaye+, ariko raba anyishuye inabi ku ciza namukoreye+.
21 Dawidi yariko avuga ati: «Naruhiye ubusa mu gukingira ibintu vyose vy’uwo mugabo mu gahinga. Nta kintu na kimwe mu vyiwe catakaye+, ariko raba anyishuye inabi ku ciza namukoreye+.