1 Samweli 25:28 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 28 Ndakwinginze uharire igicumuro c’umusukukazi wawe. Yehova ntazobura gutuma uruvyaro rwa databuja ruramba+, kubera yuko urwana intambara za Yehova+ kandi akaba ata kibi urigera ukora+.
28 Ndakwinginze uharire igicumuro c’umusukukazi wawe. Yehova ntazobura gutuma uruvyaro rwa databuja ruramba+, kubera yuko urwana intambara za Yehova+ kandi akaba ata kibi urigera ukora+.