-
1 Samweli 25:37Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
37 Mu gitondo inzoga zimaze kumuvako, umugore wiwe amwiganira ivyabaye. Maze umutima wa Nabali uba nk’uwuhagaze, arakongatara amera nk’ibuye.
-