1 Samweli 26:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Mu nyuma abantu b’i Zifu+ baza kuraba Sawuli i Gibeya+, bamubwira bati: «Dawidi yinyegeje ku gasozi ka Hakila karabana n’i Yeshimoni*+.»
26 Mu nyuma abantu b’i Zifu+ baza kuraba Sawuli i Gibeya+, bamubwira bati: «Dawidi yinyegeje ku gasozi ka Hakila karabana n’i Yeshimoni*+.»