1 Samweli 26:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Nuko Sawuli arahaguruka, amanuka mu bugaragwa bw’i Zifu ari kumwe n’abagabo b’intwari 3.000 bo muri Isirayeli, aja kurondera Dawidi muri ubwo bugaragwa+.
2 Nuko Sawuli arahaguruka, amanuka mu bugaragwa bw’i Zifu ari kumwe n’abagabo b’intwari 3.000 bo muri Isirayeli, aja kurondera Dawidi muri ubwo bugaragwa+.