1 Samweli 26:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mu nyuma Dawidi aja aho Sawuli yari akambitse, maze abona aho Sawuli na Abuneri baryamye. Abuneri+ yari mwene Neri, akaba n’umukuru w’ingabo za Sawuli. Sawuli yari aryamye hagati mw’ikambi, ingabo ziwe zimukikuje.
5 Mu nyuma Dawidi aja aho Sawuli yari akambitse, maze abona aho Sawuli na Abuneri baryamye. Abuneri+ yari mwene Neri, akaba n’umukuru w’ingabo za Sawuli. Sawuli yari aryamye hagati mw’ikambi, ingabo ziwe zimukikuje.