1 Samweli 26:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Dawidi abwira Ahimeleki Umuheti+ na Abishayi+ mwene Zeruwiya+, akaba na mwenewabo na Yowabu ati: «Ni nde tumanukana mw’ikambi aho Sawuli ari?» Abishayi amwishura ati: «Turamanukana.»
6 Dawidi abwira Ahimeleki Umuheti+ na Abishayi+ mwene Zeruwiya+, akaba na mwenewabo na Yowabu ati: «Ni nde tumanukana mw’ikambi aho Sawuli ari?» Abishayi amwishura ati: «Turamanukana.»