1 Samweli 26:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Dawidi abwira Abuneri ati: «Mbega nturi umugabo w’intwari? Muri Isirayeli hari uwumeze nkawe? Kubera iki none utarinze umwami wawe? Hari umusoda yinjiye mw’ikambi, agomba kwica umwami wawe+.
15 Dawidi abwira Abuneri ati: «Mbega nturi umugabo w’intwari? Muri Isirayeli hari uwumeze nkawe? Kubera iki none utarinze umwami wawe? Hari umusoda yinjiye mw’ikambi, agomba kwica umwami wawe+.