1 Samweli 27:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Dawidi ateye ahantu, nta mugabo canke umugore yasigaza+. Ariko yaratwara intama, inka, indogobwa, ingamiya n’impuzu, agaca asubira kwa Akishi.
9 Dawidi ateye ahantu, nta mugabo canke umugore yasigaza+. Ariko yaratwara intama, inka, indogobwa, ingamiya n’impuzu, agaca asubira kwa Akishi.