-
1 Samweli 27:11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
11 Nta mugabo canke umugore Dawidi yasigaza ngo amuzane i Gati, kugira ntahave avuga ivyabaye ngo: «Dawidi yagize uku n’uku.» (Ukwo ni ko yakora igihe cose yamaze aba mu gihugu hagati mu karere k’Abafilisitiya.)
-