1 Samweli 28:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Ariko nya mugore amubwira ati: «Ntuzi ko Sawuli yatujije mu gihugu abakora ivyo guhanuza abapfuye na ba rumenyi+? Kubera iki none ushaka kuntega umutego? Ushaka kunyicisha+?»
9 Ariko nya mugore amubwira ati: «Ntuzi ko Sawuli yatujije mu gihugu abakora ivyo guhanuza abapfuye na ba rumenyi+? Kubera iki none ushaka kuntega umutego? Ushaka kunyicisha+?»