1 Samweli 28:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Sawuli aca amubaza ati: «Gisa gute?» Na we ati: «Mbona hariko haduga umutama yambaye impuzu itagira amaboko+.» Sawuli aca amenya yuko ari «Samweli» maze aramwunamira, mu maso hiwe hashika hasi. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 28:14 Umunara w’Inderetsi,1/1/2010, rup. 20
14 Sawuli aca amubaza ati: «Gisa gute?» Na we ati: «Mbona hariko haduga umutama yambaye impuzu itagira amaboko+.» Sawuli aca amenya yuko ari «Samweli» maze aramwunamira, mu maso hiwe hashika hasi.