1 Samweli 28:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 «Samweli» na we ati: «Umbariza iki none kandi Yehova yaraguhevye+, akaba asigaye akurwanya?