1 Samweli 28:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Uwo mugore yegera Sawuli, abona ko yataye umutwe. Nuko amubwira ati: «Jewe umusavyi wawe nakwumviye, nshira ubuzima bwanje mu kaga*+, nkora ivyo wansavye.
21 Uwo mugore yegera Sawuli, abona ko yataye umutwe. Nuko amubwira ati: «Jewe umusavyi wawe nakwumviye, nshira ubuzima bwanje mu kaga*+, nkora ivyo wansavye.