-
1 Samweli 28:23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
23 Mugabo aranka, avuga ati: «Sindya.» Ariko abasuku biwe na nya mugore baguma bamwinginga, arateba arabumvira. Ava hasi yicara ku buriri.
-