1 Samweli 28:24 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 24 Uwo mugore yari afise muhira iwe inyana ivyibushe. Aca arayikerera* ningoga maze afata n’ifu akora igikandu, agikoramwo imikate itarimwo umwambiro.
24 Uwo mugore yari afise muhira iwe inyana ivyibushe. Aca arayikerera* ningoga maze afata n’ifu akora igikandu, agikoramwo imikate itarimwo umwambiro.